Event Image

About

Contact Ndudi: 69551342 (whatsapp Gusa) BujaPay: 61619398 Bujapay: 61301013 Dance for Peace Tambira Amahoro n'ihiganwa ry'intambo rizohuza imirwi yo muntara 4 arizo: Buja Mairie,Gitega,Ngozi na Kayanza. Imirwi izohera gukurakuranamwo mu Ntara(mugihugu hagati) hamwe no muma commune 3 agize igisagara ca Bujumbura.Aho hose hazogenda hatorwa imirwi 3 iserukira buri Ntara(Kayanza,Ngozi na Gitega) nimirwi 3 iserukira buri commune muri Buja Mairie(Ntahangwa,Mukaza,Muha) nukuvuga imirwi 18 izoca ihurira mugice cakabiri gishira icanyuma(Demi-finale) izobera I Ngozi nayo imirwi 10 ikaba ariyo izoshika muri Finale izobera I Bujumbura. Umurwi uzoba uwambere uzohabwa 5.000.000 BIF uwakabiri 3.000.000 BIF nayo uwagatatu uzoronka 2.000.000 BIF. Ukwiyandikisha bizoba kuva igenekerezo rya 01 kugera 31 Rusama 2022 Uca kuri page Facebook ya Dance for Peace Tambira Amahoro Ugaheza ukugurura Link bakweretse icigutwara Aho wiyandikishiriza. Amahera yokwiyandikisha ni 5.000BIF kuri buri Club de danse ukayariha biciye kuri application ya Bujapay.

Inscription: Dance for Peace Tambira amahoro

Date May 31, 2022 | 06:00 AM
To
Jun 20, 2022 | 05:00 PM
Category Performing, Visual Arts
Price Starting from 5000FBu
Tags Dance for peace , burundi , bujapay , ndudi

Organizer : Ndudi Team

Ndudi Team all Business

Event already passed

You may also like